Free Download Kwa Reverien Ndikuriyo mp3

Kwa Reverien Ndikuriyo:

Reverien Ndikuriyo agiye guhura n'abakinyi b’intamba bashikanye Uburundi muri CAN

indundisports : Abo muri #FIFA na #CAF nabo nyene bazoba bishikiye mu Burundi kubwa matora ya FFB.

#Burundi : Reverien Ndikuriyo avuga ko Uburundi butunze ariko busubizwa inyuma n'abinebwe mu kazi

Burundi : Umunyamabanga Mukuru w'Umugambwe CNDD FDD Reverien Ndikuriyo avuga ko igihugu c'Uburundi gitunze, ariko ...

Révérien Ndikuriyo: "Abibaza ko umugwi Aigle Noir urushe baranguha, -*Aigle ntirushe ni nshasha"

Mu kiganiro n'abamenyeshamakuru caciye ikibiriraho kuri Eagle Sport y'i Makamba kuri uyu wa kane, Reverien Ndikuriyo ...

Umukuru w'Inama Nkenguzamateka Reverien Ndikuriyo ahamagarira abavyeyi kugarukira indero y'urwaruka

Burundi : Umukuru w'Inama Nkenguzamateka Reverien Ndikuriyo ahamagarira abavyeyi kugarukira indero y'abana babo, kugira ...

Révérien Ndikuriyo ati: Hari ibimenyetso vy'Imana vyerekana ko Intamba zizoshika kure

Burundi #Sport Uwurongoye Ishirahamwe ry'Umupira w'Amaguru mu Burundi #FFB Hon.Révérien Ndikuriyo avuga ko hari ...

Hon Révérien Ndikuriyo ati:"Imiriyaridi zibiri nizo zimaze gukora ku kibuga Intwari."

IndundiSports |Umugwi ujejwe gukurikiranira hagufi inyubako y'ikibuga c'intwari urongowe na Honorable Réverien Ndikuriyo ari ...

Réverien Ndikuriyo | Vyaratuvuna cane | Ng'iki ico yasavye Umukuru w’igihugu

Imiriyaridi 2 n'imiriyoni 499 n'ibihumbi 100 , niyo mafaranga yatererewe kuri #STADE #INTWARI . Uwari ahagarariye igikorwa co ...

'Urwaruka rubwirizwa gutegurwa. Abize kera basabwa guhinduka bajane naho isi igeze', R. NDIKURIYO

Uwatanguje Fondation PAX Burundi aributsa indongozi ko urwaruka rubwirizwa gutegurwa n'ubwo rwoba rwaraciye kwishure, ...

R.Ndikuriyo: "Abatanze amaraso ku rugamba, batumye abarundi bose babohoka. Aba CNDD-FDD n'abataribo"

Mu gihe hari hahejeje kwinjira muri CNDD-FDD abanywanyi bashasha bashika 1523, bo muri Komine Gisozi y'intara ya Mwaro, ...

#Burundi : Reveriyano Ndikuriyo ahamagarira Abarundi bose kwitwararika ibikorwa vy'iterambere

Burundi : Umunyamabanga mukuru w'Umugambwe CNDD FDD Reveriyano Ndikuriyo ahamagarira Abarundi bose kwitwararika ...

Reverien Ndikuriyo mwakunze ashobora kubogozwa umwanya n'umwanya! Vyayangaye muri CNDD-FDD

amakuru #burundi #isitv.

Reverien Ndikuriyo yahimbiwe ururirimbo rwo kumuhayagiza nk'igihangange|Inkuru mbi itashe I Burundi

Reverien Ndikuriyo yahimbiwe ururirimbo rwo kumuhayagiza nk'igihangange|Inkuru mbi itashe I Burundi #amakuru #burundi ...

Inkuru Y'umubabaro kuri Reverien Ndikuriyo mwakunze

amakuru #burundi #isitv.